Bufirika

Kuva Wikipedia
Jump to navigation Jump to search

Afirika ni Umugabane nk'Uburayi, Amerika, Aziya na Oseyaniya biri kw'isi. Afirika igizwe ahanini n'abantu b'urukoba gwirabura, Muri make, afirika ni umugabane w'abirabure ariko harimwo ibihugu bicanze n'abazungu.

Bufirika